Imfungurwa Zikomeza Ukwizera

Mbere no mu migenderanire iba hagati y’abantu n’abandi, ukunywana kw’imitima gushobora gukomera mu gihe conyene abo bantu basukiranije ivyifuzo, bahuje ivyo bashira imbere kurusha ibindi, igihe basangiye inyungu, igihe bayaga mu kuri ata guhishanya, kandi igihe ivyiyumviro vyabo bihuye.