Imburi

Twabonye intangamarara y'igitabu c'Ugucurintimba kwa Yeremiya.Twabonye kandi ingene umutima w'umuvugishwa Yeremiya warumeze kubw'umubabaro yarafise bitumwe n'impuhwe yarafitiye abantu kubw'ubwo buhanuzi bw'ibigiye kuba