Ukwanka icaha ari co mugararizo

Muri kino cigwam twovuga ko: Kuguma muri Kristo bibonekera mu ngeso no mu bikorwa, si ku munwa gusa. Uwuguma muri we agafatanya na we aheba icaha.