IVYIZIGIRO KU BIHEBUYE

Woba unigana n’ukubera umuco abagukikije mu gukora ivyiza? Mu buzima bwawe woba ata hangiro ufise ry’ivyo woshikako, ahubwo ukaba uwo kunanirwa gusa?