Isirayeli ihindukirira ibigigwamana bibiri
Twarabiye hamwe ukuntu Isirayeli yasenze ibigigwamana vy'ama masa bikozwe mw'izahabu ibi vyerekana ko bavuye ku Mana y'ukuri. Ab'Isirayeli barenze kw'isezerano Imana yagiranye na bo. Bategerezwa kwubaha Imana kugira bagume mu gihugu.Ariko kuko bahemukiye Imana yabo nayo yarabahanye ibakura mu gihugu batwagwa nk'inyagano aho bariye indya zihumanye.