Twarabiye hamwe ukwo ab'Isirayeli baranduwe kubera ko batagira ubwenge ,kuko batari bazi ijambo ry'Imana .Twabonye ko Imana yabataye kuko nabo bayitaye. Twabonye ko gihe cose umuntu avuye ku Mana agira ivyago. Ab'Isirayeli bibagiye ivyagezwe babirengako kugeza aho Imana nayo ibarandura.
Siyoni wo mw'isi na Siyoni wo mw'ijuru
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye