Twarabiye hamwe ukw' ab'Isirayeli baranduwe kubera batagira ubwenge kuko batari bazi ijambo ry'Imana. Twabonye ko Imana yabataye kuko nabo bayitaye. Twabonyeko igihe cose umuntu avuye ku Mana agira ivyago, ab'Isirayeli bibagiye ivyagezwe , babirengako kugeza aho Imana nayo ibarandura.
Ba data b'imibiri baradukangira ariko badukangirira imisi mike
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye