Siyoni wo mw'isi na Siyoni wo mw'ijuru
Igihe ivyagezwe vyatangwa ku musozi Sinayi hari abantu ibihumbi bitatu bishwe kubera ivyaha. Ariko ku musi wa pentekota hakijijwe abantu ibihumbi bitatu. Ivyagezwe rero vyari ivyo kubacira urubanza ariko ubuntu bwabonekeye i Gologota buzana ubugingo budashira.