Imburi ku bakora ivyaha ibigirankana

Umaze kwakira Yesu nk'Umwami nrUmukiza wawe ukadwebera mu migisha y'impwemu, ni vyiza kubandanya ata gusubira inyuma. Kuko vyanditswe ngo uwusiribanze Umwana w'Imana azohanwa birushirije