Ahera ha mbere cari ikigereranyo c'ahera ho mwijuru

Ahera h'urusengero rwa Salomo hari ihema ryubatswe kandi hari ahera ho mw'isi. Aruko hirya y'igitambara ca kabiri gikinze hitwa ahera h'ahera canke ahera cane. Muri ico kibanza hinjirwa n'umuherez mukuru wenyene. Ivyo vyose vyategura ahera ho mw'ijuru aho abizera bose bashobora kwishikira basenga Imana ikumva