Ivy'icubahiro gikomeye ca Kristo

Twumvise ingene uwo Kristo arengeye n'abamarayika. Uwo niwe Mwami w'abami yahawe kuganza isi izobaho ariko abamalayika nabo n'abakozi gusa.