Tumaze iminsi tuganira kuvy' ugufatanya n'Imana arikwo kureka ivyaha. Mu kiganiro giheruka, twarumvise yuko ukwiyita umugororotsi ari ukuba umubeshi nk'uko vyanditswe muri 1 Yohana 1: 8. Dutegerezwa nyabuna kwemera ivyaha vyacu maze tukisabira Imana kubidukiza.
Intangamarara ya 2
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye