My360 Helper


Ubugingo budashira

Twihweje ivyanditswe muri 1Yohana 1 : 2- 4, Twaraganiriye kuvy;ubugingo budashira bwahoranye na Data wa twese kandi bwerekanywe abantu bakabubona twabonye yuko ubwo bugingo ari Yesu Kristo. Twarabiye hamwe kandi ibindi bintu bikuru bikuru bibiri mu vyatumye Yohana yandika icete ciwe cambere: Ubwa mbere ngo nukigira ngo habe ugufatanya arikwo gusangira ivya Kristo, ubwa kabiri, ngo n'ukugirango umunezero wacu wuzuzwe.