Twihweje intangamarara ijanye n'icete ca mbere ca Yohana hamwe n'umurongo wa mbere w'ico gice. Twarumvise ko Yohana uwanditse ico cete yari umurongozi w'ishengero ryo muri Efeso kandi aho nyene muri Efeso niho yapfiriye. Ico gihe ca Yohana mu gisagara ca Efeso umuriro w'agakiza wari waramaze kugabanuka kandi vyatumye abenshi bahura n'inyigisho z'ibinyoma.
Ingene Imana izohana abibone
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye