Twarabiye hamwe ivy'ugufatanya n'Imana bibonekera mukwitondera ivyagezwe vyiyo. Hari abakristo bakobeje mu gushinga intahe ko bazi Imana ko bari kumwe nayo kandi ko bayikunda ariko bikabananira kwitondera ivyagezwe vyayo.
Umuyaga ukomeye wabaye mu kiyaga
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye