Ivyerekeye
Mu ngendo nyinshi twe n’umukenyezi wanje Dorothy
twagize hirya no hino kw’isi, turahwana n’abantu benshi
bari mu bihe bitandukanye vy’ubuzima. Bava mu mico
itandukanye, bari mu ngero z’ubutunzi zitandukanye bo
no mu ngero z’ubumenyi bw’amashure zitandukanye.
Ntitwibaza ko twahwanye n’abo bantu ku gihamana
gusa. Kandi ntitwibaza ko ikigitabo wakironse
kugihamana.