Ivyerekeye
Woba umaze gukekeranya ko umuntu kanaka afise ikibanza gihambaye kuri wewe ko yoba agukunda vy’ukuri? Mbega woba umaze kugerageza kwereka umuntu kanaka ko umukunda kandi uyo muntu atavyemera? Muri ubwo burorero
bwose, urashobora kubona ko urukundo rw’ukuri rugaragarira mu bikorwa kurusha mu majambo.